Norges billigste bøker

Umwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives)

Om Umwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives)

Umwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives) itanga uburyo bwumwihariko bushikana ku gukira n'umwidegemvyo. Itanga infunguruzo kugira abantu bakoreshe ubushobozi bw'umusaraba babe mu mwidegemvyo w'ubwiza bw'abana b'Imana (Abaroma 8:21). Amasengesho ndetse n'ibivugwa muri izi mpapuro vyarageragerejwe ku migabane itandatu y'isi. Basanze bishoboye kandi bi¿se ububasha bwo gufasha abantu kubohoka, gucagagura imizi ya karande y'ibisokuruza ndetse bishobora gufasha abantu cane gushingira intahe vy'ukuri kandi bashize amanga ubushobozi bukiza bwa Yesu Kristo.

Vis mer
  • Språk:
  • Rundi
  • ISBN:
  • 9781923067097
  • Bindende:
  • Paperback
  • Sider:
  • 322
  • Utgitt:
  • 1. januar 2024
  • Dimensjoner:
  • 140x17x216 mm.
  • Vekt:
  • 407 g.
Leveringstid: 2-4 uker
Forventet levering: 20. januar 2025
Utvidet returrett til 31. januar 2025
  •  

    Kan ikke leveres før jul.
    Kjøp nå og skriv ut et gavebevis

Beskrivelse av Umwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives)

Umwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives) itanga uburyo bwumwihariko
bushikana ku gukira n'umwidegemvyo. Itanga infunguruzo kugira abantu bakoreshe ubushobozi bw'umusaraba babe mu mwidegemvyo w'ubwiza bw'abana b'Imana (Abaroma 8:21).

Amasengesho ndetse n'ibivugwa muri izi mpapuro vyarageragerejwe ku migabane itandatu y'isi. Basanze bishoboye kandi bi¿se ububasha bwo gufasha abantu kubohoka, gucagagura imizi ya karande y'ibisokuruza ndetse bishobora gufasha abantu cane gushingira intahe vy'ukuri kandi bashize amanga ubushobozi bukiza bwa Yesu Kristo.

Brukervurderinger av Umwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives)



Finn lignende bøker
Boken Umwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives) finnes i følgende kategorier:

Gjør som tusenvis av andre bokelskere

Abonner på vårt nyhetsbrev og få rabatter og inspirasjon til din neste leseopplevelse.